Mu gihe umuhari M23 wariko winjira mu gisagara ca Goma, n'imiburiburi haharurwa 17 bishwe, na 400 bakomeretse. I Kinshasa, ubuserukizi nk'ubwa France, USA, Uganda, Rwanda, n'ahandi bwononywe n'abateye ...